• Econet Wireless Burundi

    281 A, Boulevard de l'uprona

    BP: 431 , Bujumbura Burundi

  • (+257) 76 222 506

    info@econet-leo.bi

    info@econet-leo.bi

  • Lun- Vend: 8hr - 17hr

    Sam: 11hr - 15hr

    Dim: 10hr - 14hr

Tumaze kugendera abanywanyi bacu mu ntara zose z-Uburundi, baratubwiye ivyifuzo bitari bike, harimwo kandi n-uko babona ibiciro bishasha twari tubagemuriye nk-agakemanyi.

Nka Econet Wireless, twabateze yompi kandi twarabumvise! Niho Econet wireless twongeye gusubira kugabanya gushika ku rugezo rwa 130F gusa ku munota uhamagara kuri Econet Wireless. Guhamagara iyindi mihora naho yo mu gihugu c-Uburundi, twagabanije gushika kuri 198F gusa ku munota.

Kuva italiki 5 y-ukwezi kwa Ruheshi 2019, ufise ikarata simu ya Econet Wireless uhamagara kuri Econet Wireless twavuye kuri 168F tumanuka kuri 135F hanyuma dusubiye kugabanya gushika kuri 130F gusa !

Ufise ikarata simu ya Econet Wireless uhamagara ku yindi mihora yo ngaha mu gihugu naho, twavuye kuri 210F tumanuka kuri 200F hamyuma twongera tumanuka gushika kuri 198f gusa !

Bikaba ari ingingo zo kworohereza abanywanyi bivuye mu vy-iyumviro vyagiye birashikirizwa n-abanywanyi bacu aho twabatemberera, mu ntara zose.

 Igihe cose hariho ico kubaza, hamagara kuri 100.


Our Brands

  • 22 novembre 2015 Super User Read More
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 1
  • 2
  • 3