• Building de la ZEP,

    Chaussée P L Rwagasore

    431 Bujumbura, Burundi

  • (+257) 76 222 506

    info@econet.bi

  • Lun- Vend: 8hr - 17hr

    Sam: 11hr - 15hr

    Dim: 10hr - 14hr

Itangazo                                    ITANGAZO RYO KUGABISHA

Ishirahamwe Econetleo riramenyesheje abanywanyi baryo ko hari ubutumwa bumaze iminsi burungikwa butavuye kumuhora wa Econetleo. Ubwo butumwa bubabwira ko mwigenjeje neza, ngo ari naco gituma mwatsindiye amahera na Moto kandi ngo ni ibanga.

Econetleo imenyesheje ko atanarimwe irungikira ubutumwa bw’ibanga umunywanyi kandi nta narimwe umunywanyi asabwa kuriha amahera mugutora ivyo yatsindiye.

Tombola iriko iraba muri ino minsi yitwa HAMAGARA UTSINDE. Ubushimwe mutsindira ni AMAKINGA, IBITENGE, TEREFONE, AMARADIYO, TELEVIZIYO, AMATARA YAKISHWA IZUBA, AMA INITE hamwe na 1.000.000 FBU. Igihe mutsinze, muhamagarwa na nimero imwe gusa ya Econet leo ariyo “142”. Iyo nimero yacu rero irabahamagara ntabwo ibarungikira ubutumwa SMS!

Ishirahamwe Econetleo rero risavye abanywanyi baryo kugaba no kwirinda ubutumwa nk’ubwo. Abanywanyi basabwe gukorana n’igipolisi kibegereye mugihe bomenya uwushaka kugira ubwo busuma.

Mufise ico mubaza mw’ishirahamwe Econetleo, mwame muhamagara kuri 100 ni kubuntu.

---------------------------------------------------------------------------------------

AVERTISSEMENT

Econet leo informe son aimable clientèle qu’il y a des messages que certains de ses abonnés reçoivent et qui ne proviennent pas de Econet leo. Ces messages  insinuent que l’abonné s’est bien comporté ; raison pour laquelle il a droit à de l’argent et une moto TVS. Dans ce même message mensonger, il est demandé à l’abonné de garder le message secrètement car il serait parmi les rares clients qui auraient eu cette chance.

Econet leo rappelle à ses abonnés que jamais Econet leo n’envoie des messages secrets à un quelconque abonné. Jamais un abonné ne doit payer de l’argent pour avoir droit à ce qu’il a gagné.

Econet leo informe également à ses abonnés que en ce moment il y a une tombola en cours appelée « HAMAGARA UTSINDE ». Parmi les lots à gagner se trouvent : des PAGNES, des VELOS, POSTES RADIO, TELEVISEURS NUMERIQUES à écran plat, des LAMPES SOLAIRES, des TELEPHONES, des unités ainsi que 1.000.000 FBu.

Lorsque un client gagne, un seul numéro de Econet leo le contacte. Ce numéro est le 142. ECONET leo n’envoie jamais un SMS à un gagnant. C’est durant  l’appel que le client est informé qu’il passera récupérer son cadeau à une de nos agences déployées sur le térritoire burundais.

Nous demandons donc à nos abonnés d’être vigilants.

Si vous avez des questions, appelez toujours au numéro 100.

Econet Wireless Dans l'Actualité

  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5

Our Brands

  • 22 novembre 2015 Super User Read More
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 1
  • 2
  • 3