• Building de la ZEP,

    Chaussée P L Rwagasore

    431 Bujumbura, Burundi

  • (+257) 76 222 506

    info@econet.bi

  • Lun- Vend: 8hr - 17hr

    Sam: 11hr - 15hr

    Dim: 10hr - 14hr

Mwaratubwiye,twarabumvise! Econet wireless ihaye abanywanyi bayo bose guhamagarana ku biciro kigabanije cane.

new appel tariffs
Kubw-abanywanyi bacu, twagabanije ibiciro vyo guhamagara ku rugezo runini cane: guhera italiki 1 y-ukwezi kwa Ruheshi 2019, ufise ikarata simu ya Econet Wireless uhamagara kuri Econet Wireless twavuye kuri 168F tumanuka kuri 135F gusa !

 

Ufise ikarata simu ya Econet Wireless uhamagara ku yindi mihora yo ngaha mu gihugu, twavuye kuri 210F tumanuka kuri 200F gusa !

 

 

 

new ecocash tariffsKubw-abanywanyi bacu kandi, twagabanije n-ibiciro vya EcoCash : kubikuza amahera mufise, ibiciro birazimbutse kugeza ku bice 5% munsi y-iyindi mihora. Kurungikirana amahera naho ubu ibiciro bikaba vyagabanijwe ku rugero rushimishije cane. Abanywanyi bakaba bagiye kworoherwa impande zose !

Bikaba ari ivyiza bivuye mu vy-iyumviro vyagiye birashikirizwa n-abanywanyi bacu mw-isekeza ryari rimaze iminsi, twari twitiriye « TUBWIRE ». Muri iryo sekeza, abanywanyi bamenyesha ivyifuzo vyabo bashaka ko umuhora ubakunda kandi ubaha ivyiza vyinshi wobagezaho.

 

 

 

Igihe cose hariho ico kubaza, hamagara kuri 100.

Econet Wireless Dans l'Actualité

  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5

Our Brands

  • 22 novembre 2015 Super User Read More
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 22 novembre 2015 Super User
  • 1
  • 2
  • 3